Guharura 12:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova yishura Musa ati: «Hamwe se wiwe yomucira mu maso, ntiyomara imisi indwi ari ikimaramare? Mureke amare imisi indwi ari ukwa wenyene hanze y’ikambi+, azoheza agaruke.»
14 Yehova yishura Musa ati: «Hamwe se wiwe yomucira mu maso, ntiyomara imisi indwi ari ikimaramare? Mureke amare imisi indwi ari ukwa wenyene hanze y’ikambi+, azoheza agaruke.»