Guharura 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Rungika abagabo baje gusuma urusaku* mu gihugu ca Kanani ngira mpe Abisirayeli. Uzorungika umugabo umwumwe ku muryango, kandi umwe wese muri bo akwiye kuba ari umukuru+ mu muryango iwabo+.»
2 «Rungika abagabo baje gusuma urusaku* mu gihugu ca Kanani ngira mpe Abisirayeli. Uzorungika umugabo umwumwe ku muryango, kandi umwe wese muri bo akwiye kuba ari umukuru+ mu muryango iwabo+.»