Guharura 15:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mugabo umuntu niyacumura n’ibigirankana+, yaba ari imvukira canke umunyamahanga aba muri mwebwe, azoba asuzuguye* Yehova kandi ategerezwa kwicwa*.
30 Mugabo umuntu niyacumura n’ibigirankana+, yaba ari imvukira canke umunyamahanga aba muri mwebwe, azoba asuzuguye* Yehova kandi ategerezwa kwicwa*.