Guharura 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yicishijwe inkota, ku kiziga, ku magufa y’uwapfuye canke ku mva, azomara imisi indwi ahumanye+.
16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yicishijwe inkota, ku kiziga, ku magufa y’uwapfuye canke ku mva, azomara imisi indwi ahumanye+.