Guharura 20:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Turakwinginze utureke duce mu gihugu cawe. Ntituzoca mu mirima yanyu canke mu mizabibu yanyu, kandi nta mazi yo mu binogo vyanyu tuzonywa. Tuzojana ibarabara ry’umwami kandi ntituzokatira iburyo canke ibubamfu, gushika turenganye akarere kawe+.”»
17 Turakwinginze utureke duce mu gihugu cawe. Ntituzoca mu mirima yanyu canke mu mizabibu yanyu, kandi nta mazi yo mu binogo vyanyu tuzonywa. Tuzojana ibarabara ry’umwami kandi ntituzokatira iburyo canke ibubamfu, gushika turenganye akarere kawe+.”»