Guharura 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Aca amujana mu murima wa Zofimu, hejuru ku musozi wa Pisiga+. Araheza yubaka ibicaniro indwi, maze ashikana impfizi y’inka n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+.
14 Aca amujana mu murima wa Zofimu, hejuru ku musozi wa Pisiga+. Araheza yubaka ibicaniro indwi, maze ashikana impfizi y’inka n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+.