-
Guharura 29:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ivyo vyose bizoza vyiyongera kw’ishikanwa riturirwa rya buri kwezi be n’ishikanwa ryaryo ry’intete+ no kw’ishikanwa riturirwa ryamaho be n’ishikanwa ryaryo ry’intete+ hamwe no ku mashikanwa yavyo y’ibinyobwa+. Muzobitanga nk’uko bisabwa n’amategeko. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza Yehova.
-