Gusubira mu vyagezwe 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Twaciye dusubira inyuma, tudugana inzira ija i Bashani. Ogi umwami wa Bashani yaciye azanana n’ingabo ziwe zose, aza kudutera i Edireyi+.
3 Twaciye dusubira inyuma, tudugana inzira ija i Bashani. Ogi umwami wa Bashani yaciye azanana n’ingabo ziwe zose, aza kudutera i Edireyi+.