Gusubira mu vyagezwe 5:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mwaciye mumbwira muti: “Raba Yehova Imana yacu yatweretse ubuninahazwa bwiwe n’ububasha bwiwe, kandi twumvise ijwi ryiwe rivugira mu muriro+. Uyu musi twiboneye ko Imana ishobora kuvugana n’umuntu kandi akabandanya kubaho+.
24 Mwaciye mumbwira muti: “Raba Yehova Imana yacu yatweretse ubuninahazwa bwiwe n’ububasha bwiwe, kandi twumvise ijwi ryiwe rivugira mu muriro+. Uyu musi twiboneye ko Imana ishobora kuvugana n’umuntu kandi akabandanya kubaho+.