-
Gusubira mu vyagezwe 5:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Kubera iki none twokwirirwa turapfa? Erega uyu muriro ukomeye woshobora kutumara. Nitwabandanya kwumva ijwi rya Yehova Imana yacu, turapfa ata kabuza!
-