-
Gusubira mu vyagezwe 5:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Ariko wewe uza kugumana nanje ng’aha, ndakubwire amabwirizwa yose, amategeko yose n’ingingo zose uzobigisha, kugira babikurikize mu gihugu ngira ndabahe ngo bacigarurire.”
-