Gusubira mu vyagezwe 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 kuko Yehova Imana yanyu ari hagati yanyu. Ni Imana isaba gusengwa* yonyene+. Ahandiho Yehova Imana yanyu azobashavurira cane+, abazimanganye kw’isi+.
15 kuko Yehova Imana yanyu ari hagati yanyu. Ni Imana isaba gusengwa* yonyene+. Ahandiho Yehova Imana yanyu azobashavurira cane+, abazimanganye kw’isi+.