Gusubira mu vyagezwe 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova yaciye yandika kuri ivyo bisate amajambo nk’amwe yari yanditse ubwa mbere+, ni ukuvuga ya mabwirizwa cumi*+ Yehova yababwira ari ku musozi, akayavugira mu muriro+ umusi mwari mukoranye*+. Yaciye abimpa.
4 Yehova yaciye yandika kuri ivyo bisate amajambo nk’amwe yari yanditse ubwa mbere+, ni ukuvuga ya mabwirizwa cumi*+ Yehova yababwira ari ku musozi, akayavugira mu muriro+ umusi mwari mukoranye*+. Yaciye abimpa.