Gusubira mu vyagezwe 16:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ntimukwiye no kwishingira inkingi nyeranda z’amabuye+, kuko ari ikintu Yehova Imana yanyu yanka.