Gusubira mu vyagezwe 17:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Dufate ko muri kimwe mu bisagara Yehova Imana yanyu agira abahe, hadutse umugabo canke umugore wo muri mwebwe akora ibintu bibi mu maso ya Yehova Imana yanyu, akarenga kw’isezerano ryiwe+,
2 Dufate ko muri kimwe mu bisagara Yehova Imana yanyu agira abahe, hadutse umugabo canke umugore wo muri mwebwe akora ibintu bibi mu maso ya Yehova Imana yanyu, akarenga kw’isezerano ryiwe+,