Gusubira mu vyagezwe 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nihagira umuhanuzi yubahuka kuvuga ijambo ntamutumye, akarivuga mw’izina ryanje canke mw’izina ry’izindi mana, uwo muhanuzi ategerezwa gupfa+.
20 Nihagira umuhanuzi yubahuka kuvuga ijambo ntamutumye, akarivuga mw’izina ryanje canke mw’izina ry’izindi mana, uwo muhanuzi ategerezwa gupfa+.