Gusubira mu vyagezwe 19:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yehova Imana yanyu niyarandura amahanga yo mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, mukomora abantu baho maze mukaba mu bisagara vyabo no mu mazu yabo+,
19 Yehova Imana yanyu niyarandura amahanga yo mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, mukomora abantu baho maze mukaba mu bisagara vyabo no mu mazu yabo+,