Gusubira mu vyagezwe 19:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 mutegerezwa kumugirira nk’uko yagomba kugirira mwenewabo+. Mukwiye gukura ikibi muri mwebwe+.