Gusubira mu vyagezwe 20:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ni nde yasavye umugeni ariko bakaba batarubakana? Nasubire muhira iwe+ kugira ntahave agwa ku rugamba hanyuma uwundi mugabo akaba ari we amutwara.”
7 Ni nde yasavye umugeni ariko bakaba batarubakana? Nasubire muhira iwe+ kugira ntahave agwa ku rugamba hanyuma uwundi mugabo akaba ari we amutwara.”