Gusubira mu vyagezwe 20:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abarongozi kandi baze babaze abantu bati: “Ni nde afise ubwoba, yumva ko umutima utari mu nda+? Nasubire muhira iwe kugira ntahave atuma na bagenziwe imitima yabo ibavamwo*+.”
8 Abarongozi kandi baze babaze abantu bati: “Ni nde afise ubwoba, yumva ko umutima utari mu nda+? Nasubire muhira iwe kugira ntahave atuma na bagenziwe imitima yabo ibavamwo*+.”