Gusubira mu vyagezwe 22:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Bazomuca amande ya shekeli* 100 z’ifeza maze bayahe se w’uyo mukobwa, kuko uwo mugabo yambitse ibara umukobwa w’isugi wo muri Isirayeli+, kandi azoguma ari umugore wiwe. Igihe cose azoba akiriho nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana.
19 Bazomuca amande ya shekeli* 100 z’ifeza maze bayahe se w’uyo mukobwa, kuko uwo mugabo yambitse ibara umukobwa w’isugi wo muri Isirayeli+, kandi azoguma ari umugore wiwe. Igihe cose azoba akiriho nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana.