Gusubira mu vyagezwe 22:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 bazoce bamuzana ku muryango w’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamwicishe amabuye, kuko azoba yakoze ikintu giteye isoni+ muri Isirayeli mu gusambanira* mu nzu ya se+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri mwebwe+.
21 bazoce bamuzana ku muryango w’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamwicishe amabuye, kuko azoba yakoze ikintu giteye isoni+ muri Isirayeli mu gusambanira* mu nzu ya se+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri mwebwe+.