Gusubira mu vyagezwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore w’abandi, uwo mugabo hamwe n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri Isirayeli.
22 Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore w’abandi, uwo mugabo hamwe n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri Isirayeli.