Gusubira mu vyagezwe 22:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 uwo mugabo ategerezwa guha se w’uwo mukobwa shekeli 50 z’ifeza, kandi uwo mukobwa azoca aba umugore wiwe+. Igihe cose uwo mugabo azoba akiriho, nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana kuko azoba yamumaramaje.
29 uwo mugabo ategerezwa guha se w’uwo mukobwa shekeli 50 z’ifeza, kandi uwo mukobwa azoca aba umugore wiwe+. Igihe cose uwo mugabo azoba akiriho, nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana kuko azoba yamumaramaje.