-
Gusubira mu vyagezwe 24:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 umugabo wiwe wa mbere nta burenganzira azoba afise bwo gusubira kumutwara, kuko azoba yamaze guhumana. Ico ni ikintu gishisha Yehova. Ntimuze mukwegere igicumuro igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu.
-