Gusubira mu vyagezwe 24:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Niwaha mugenzawe ingurane iyo ari yo yose+, ntuze winjire mu nzu yiwe gutora ico yagwatirije.