Gusubira mu vyagezwe 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 uwo mugore azoca amwegera imbere y’abashingantahe, amukure ikirato*+ maze amucire mu maso, amubwire ati: “Ukwo ni ko bakwiye kugirira umugabo adashaka kwubaka urugo rwa mwenewabo.” Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:9 Umunara w’Inderetsi,15/9/2004, rup. 26
9 uwo mugore azoca amwegera imbere y’abashingantahe, amukure ikirato*+ maze amucire mu maso, amubwire ati: “Ukwo ni ko bakwiye kugirira umugabo adashaka kwubaka urugo rwa mwenewabo.”