Gusubira mu vyagezwe 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Muri mwebwe muri hano uyu musi, mwiyubare ntihaze hagire uwuheba Yehova Imana yacu ngo aje gukorera imana z’ayo mahanga+, yaba umugabo canke umugore, urugo canke umuryango. Ntihaze haboneke muri mwebwe umuzi wama icamwa c’ubumara n’umururazi*+.
18 Muri mwebwe muri hano uyu musi, mwiyubare ntihaze hagire uwuheba Yehova Imana yacu ngo aje gukorera imana z’ayo mahanga+, yaba umugabo canke umugore, urugo canke umuryango. Ntihaze haboneke muri mwebwe umuzi wama icamwa c’ubumara n’umururazi*+.