Gusubira mu vyagezwe 31:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova aca abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa+. Nuhamagare Yosuwa, muheze muzanane imbere y’ihema ry’ibonaniro kugira ndamugene abe indongozi+.» Musa na Yosuwa baca baragenda imbere y’ihema ry’ibonaniro.
14 Yehova aca abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa+. Nuhamagare Yosuwa, muheze muzanane imbere y’ihema ry’ibonaniro kugira ndamugene abe indongozi+.» Musa na Yosuwa baca baragenda imbere y’ihema ry’ibonaniro.