Gusubira mu vyagezwe 31:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ninamara kubashikana mu gihugu narahiye ba sokuruza babo+, igihugu gitemba amata n’ubuki+, hanyuma bakarya bagahaga kandi bakamererwa neza*+, bazokurikira izindi mana, bazikorere nanje bansuzugure barenge kw’isezerano ryanje+.
20 Ninamara kubashikana mu gihugu narahiye ba sokuruza babo+, igihugu gitemba amata n’ubuki+, hanyuma bakarya bagahaga kandi bakamererwa neza*+, bazokurikira izindi mana, bazikorere nanje bansuzugure barenge kw’isezerano ryanje+.