Gusubira mu vyagezwe 33:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ku bijanye na Asheri na ho yavuze+ ati: «Imana yarahaye abana benshi Asheri. Natoneshwe na benewabo,kandi ahonyoze* ikirenge ciwe mu mavuta.
24 Ku bijanye na Asheri na ho yavuze+ ati: «Imana yarahaye abana benshi Asheri. Natoneshwe na benewabo,kandi ahonyoze* ikirenge ciwe mu mavuta.