Gusubira mu vyagezwe 34:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Musa aca ava mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, aduga ku musozi Nebo+ kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Yehova araheza amwereka ico gihugu cose, kuva i Gileyadi gushika i Dani+, Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 34:1 ‘Igihugu ciza’, rup. 8-9
34 Musa aca ava mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, aduga ku musozi Nebo+ kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Yehova araheza amwereka ico gihugu cose, kuva i Gileyadi gushika i Dani+,