Gusubira mu vyagezwe 34:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Maze Yehova amubwira ati: «Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nkababwira nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.” Ndakikweretse urakibona n’amaso yawe, ariko ntuzojabuka ngo ucinjiremwo+.»
4 Maze Yehova amubwira ati: «Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nkababwira nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.” Ndakikweretse urakibona n’amaso yawe, ariko ntuzojabuka ngo ucinjiremwo+.»