Gusubira mu vyagezwe 34:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Musa yapfuye afise imyaka 120+. Ico gihe yari akibona neza kandi yari agifise inguvu.