Yosuwa 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abo bantu baca barabakurikira, bagenda berekeza aho bajabukira* Yorodani+. Bakimara gusohoka, irembo ry’igisagara rica rirugarwa.
7 Abo bantu baca barabakurikira, bagenda berekeza aho bajabukira* Yorodani+. Bakimara gusohoka, irembo ry’igisagara rica rirugarwa.