Yosuwa 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Abagabo b’i Ayi bica abagabo 36 muri bo, barabakurikira kuva kw’irembo ry’igisagara gushika i Shebarimu*, bagenda barabicira ku mumanuko. Abantu ngo bavyumve, baranduka umutima, bacika intege*.
5 Abagabo b’i Ayi bica abagabo 36 muri bo, barabakurikira kuva kw’irembo ry’igisagara gushika i Shebarimu*, bagenda barabicira ku mumanuko. Abantu ngo bavyumve, baranduka umutima, bacika intege*.