Yosuwa 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yosuwa avuga ati: «Ewe Mukama Segaba Yehova, kuki watujabukanye Yorodani? Ni ukugira gusa udutange ku Bamori ngo baduhonye? Iyo dupfuma twigumira hakurya ya Yorodani*.
7 Yosuwa avuga ati: «Ewe Mukama Segaba Yehova, kuki watujabukanye Yorodani? Ni ukugira gusa udutange ku Bamori ngo baduhonye? Iyo dupfuma twigumira hakurya ya Yorodani*.