Yosuwa 8:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Akimara kugorora ukuboko, bamwe bari banyegeye baca barahaguruka ningoga, biruka mu gisagara baragifata. Ubwo nyene baca baragiturira+.
19 Akimara kugorora ukuboko, bamwe bari banyegeye baca barahaguruka ningoga, biruka mu gisagara baragifata. Ubwo nyene baca baragiturira+.