Yosuwa 13:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ikindi gice c’umuryango wa Manase, Abarubeni hamwe n’Abagadi bari baronse intoranwa yabo mu buseruko bwa Yorodani. Ni ya ntoranwa nyene Musa umusavyi wa Yehova yabaha+.
8 Ikindi gice c’umuryango wa Manase, Abarubeni hamwe n’Abagadi bari baronse intoranwa yabo mu buseruko bwa Yorodani. Ni ya ntoranwa nyene Musa umusavyi wa Yehova yabaha+.