Yosuwa 15:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Urwo rubibe rwaraduga i Beti-Hogula+ rugaca mu buraruko bwa Beti-Araba+, maze rukaduga gushika kw’ibuye rya Bohani+ mwene Rubeni.
6 Urwo rubibe rwaraduga i Beti-Hogula+ rugaca mu buraruko bwa Beti-Araba+, maze rukaduga gushika kw’ibuye rya Bohani+ mwene Rubeni.