Yosuwa 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Rwaragenda gushika ku mumanuko wa Ekuroni+ mu buraruko, rugaca i Shikeroni, rukabandanya ku musozi Bayala, rugashika i Yabuneli maze rukagarukira ku kiyaga.
11 Rwaragenda gushika ku mumanuko wa Ekuroni+ mu buraruko, rugaca i Shikeroni, rukabandanya ku musozi Bayala, rugashika i Yabuneli maze rukagarukira ku kiyaga.