Yosuwa 15:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Hakaba na Ashidodi+ n’udusagara tuhegukira* be n’ibigwati bihegereye, Gaza+ n’udusagara tuhegukira be n’ibigwati bihegereye, gushika ku mwonga wa Misiri no ku kiyaga Kinini* be n’inkengera yaho+.
47 Hakaba na Ashidodi+ n’udusagara tuhegukira* be n’ibigwati bihegereye, Gaza+ n’udusagara tuhegukira be n’ibigwati bihegereye, gushika ku mwonga wa Misiri no ku kiyaga Kinini* be n’inkengera yaho+.