Yosuwa 18:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Urwo rubibe rwaca rugenda amaja mu buraruko gushika i Eni-Shemeshi, rukabandanya i Geliloti aharabana n’umudugo wa Adumimu+, rukamanuka rugana kw’ibuye+ rya Bohani+ mwene Rubeni.
17 Urwo rubibe rwaca rugenda amaja mu buraruko gushika i Eni-Shemeshi, rukabandanya i Geliloti aharabana n’umudugo wa Adumimu+, rukamanuka rugana kw’ibuye+ rya Bohani+ mwene Rubeni.