Yosuwa 23:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nabahaye biciye ku bupfindo+ akarere k’amahanga mutaromora ngo kabe intoranwa y’imiryango yanyu+. Nabahaye n’akarere k’amahanga yose natikije+, kuva kuri Yorodani gushika ku kiyaga Kinini* mu burengero.
4 Nabahaye biciye ku bupfindo+ akarere k’amahanga mutaromora ngo kabe intoranwa y’imiryango yanyu+. Nabahaye n’akarere k’amahanga yose natikije+, kuva kuri Yorodani gushika ku kiyaga Kinini* mu burengero.