Yosuwa 24:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Iri buye mubona ni ryo rizoba icabona co kutwagiriza+, kuko ryumvise ibintu vyose Yehova yatubwiye. Rizoba icabona kibibutsa ngo ntimwihakane Imana yanyu.»
27 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Iri buye mubona ni ryo rizoba icabona co kutwagiriza+, kuko ryumvise ibintu vyose Yehova yatubwiye. Rizoba icabona kibibutsa ngo ntimwihakane Imana yanyu.»