Yosuwa 24:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Eleyazari mwene Aroni na we nyene arapfa+. Nuko bamuhamba ku gasozi umuhungu wiwe Finehasi+ yari yarahawe mu karere k’imisozi ka Efurayimu.
33 Eleyazari mwene Aroni na we nyene arapfa+. Nuko bamuhamba ku gasozi umuhungu wiwe Finehasi+ yari yarahawe mu karere k’imisozi ka Efurayimu.