-
Abacamanza 4:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Nuko Debora abwira Baraki ati: «Haguruka, kuko uyu musi ari ho Yehova aza kugufasha gutsinda Sisera. Yehova ni we akuja imbere.» Baraki amanuka rero umusozi Tabora, inyuma yiwe hari abagabo 10.000.
-