Abacamanza 5:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Hari umugore yaguma araba mw’idirisha,nyina wa Sisera yaguma arunguruka mu kayungiro k’idirisha, akavuga ati:“Kuki umukogote wiwe utevye kuza? Ko ntarumva imirindi y’imikogote yiwe+?”
28 Hari umugore yaguma araba mw’idirisha,nyina wa Sisera yaguma arunguruka mu kayungiro k’idirisha, akavuga ati:“Kuki umukogote wiwe utevye kuza? Ko ntarumva imirindi y’imikogote yiwe+?”