Abacamanza 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Barashinga amakambi kugira batere Abisirayeli, bakayogeza umwimbu wabo gushika i Gaza. Nta bifungurwa canke intama canke inka canke indogobwa babasigariza+.
4 Barashinga amakambi kugira batere Abisirayeli, bakayogeza umwimbu wabo gushika i Gaza. Nta bifungurwa canke intama canke inka canke indogobwa babasigariza+.