Abacamanza 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Gideyoni aca aragenda, ategura umwagazi w’impene. Atora n’ifu ingana n’ingero imwe ya efa*, akora imikate+ itarimwo umwambiro. Inyama azishira mu gisimbo, umufa na wo mu nkono, aca abimuzanira munsi ya ca giti, arabimuzimana.
19 Gideyoni aca aragenda, ategura umwagazi w’impene. Atora n’ifu ingana n’ingero imwe ya efa*, akora imikate+ itarimwo umwambiro. Inyama azishira mu gisimbo, umufa na wo mu nkono, aca abimuzanira munsi ya ca giti, arabimuzimana.